Kuvayo 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+. Guharura 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tegeka bene Isirayeli uti: ‘Mugiye mu gihugu ca Kanani+. Ico ni co gihugu kizobegukira bwa ntoranwa+, igihugu ca Kanani nk’uko imbibe zaco ziri+. Gusubira mu vyagezwe 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova na we azokwirukana ayo mahanga yose ku bwanyu+, kandi ntimuzobura kwomora amahanga akomeye kubaruta kandi y’abantu benshi kubaruta+.
27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+.
2 “Tegeka bene Isirayeli uti: ‘Mugiye mu gihugu ca Kanani+. Ico ni co gihugu kizobegukira bwa ntoranwa+, igihugu ca Kanani nk’uko imbibe zaco ziri+.
23 Yehova na we azokwirukana ayo mahanga yose ku bwanyu+, kandi ntimuzobura kwomora amahanga akomeye kubaruta kandi y’abantu benshi kubaruta+.