Yosuwa 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Amaherezo Yosuwa ari kumwe na Isirayeli yose arahindukira aja i Debiri+ maze atangura kuharwanya.