1 Ngoma 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 iruhande ya bene Manase: Beti-sheyani+ n’ibisagara bihakukira, Tayanaki+ n’ibisagara bihakukira, Megido+ n’ibisagara bihakukira, Dori+ n’ibisagara bihakukira. Muri ivyo bisagara ni ho bene Yozefu+ umuhungu wa Isirayeli baba.
29 iruhande ya bene Manase: Beti-sheyani+ n’ibisagara bihakukira, Tayanaki+ n’ibisagara bihakukira, Megido+ n’ibisagara bihakukira, Dori+ n’ibisagara bihakukira. Muri ivyo bisagara ni ho bene Yozefu+ umuhungu wa Isirayeli baba.