Yosuwa 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko haciye imisi myinshi Yehova aruhuye+ Isirayeli abansi bayo bose bari bayikikuje, igihe Yosuwa yari ashaje kandi yitereye mu myaka+, Yosuwa 24:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Inyuma y’ivyo, Yosuwa mwene Nuni, umusavyi wa Yehova, amaherezo arapfa afise imyaka ijana na cumi+.
23 Nuko haciye imisi myinshi Yehova aruhuye+ Isirayeli abansi bayo bose bari bayikikuje, igihe Yosuwa yari ashaje kandi yitereye mu myaka+,
29 Inyuma y’ivyo, Yosuwa mwene Nuni, umusavyi wa Yehova, amaherezo arapfa afise imyaka ijana na cumi+.