Guharura 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+. Guharura 21:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bamwicana n’abahungu biwe n’abantu biwe bose, gushika n’aho adasigarana n’umwe acitse kw’icumu+; hanyuma bigarurira igihugu ciwe+.
24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+.
35 Nuko bamwicana n’abahungu biwe n’abantu biwe bose, gushika n’aho adasigarana n’umwe acitse kw’icumu+; hanyuma bigarurira igihugu ciwe+.