Gusubira mu vyagezwe 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Maze turi mu gahinga ka Kedemoti+ ntuma intumwa kuri Sihoni+ umwami wa Heshiboni, zijanye amajambo y’amahoro+, nti:
26 “Maze turi mu gahinga ka Kedemoti+ ntuma intumwa kuri Sihoni+ umwami wa Heshiboni, zijanye amajambo y’amahoro+, nti: