Guharura 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko abagabo b’inararibonye ba Mowabu n’abagabo b’inararibonye ba Midiyani bafata urugendo bafise mu maboko yabo indishi y’indagu+, baja kuri Balamu+ maze bamubwira amajambo ya Balaki. Gusubira mu vyagezwe 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muri wewe ntihaze haboneke umuntu acisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+, uwuragura+, umunyamageza+ canke umuntu arondera ibimenyetso bitara ibizoba+ canke umupfumu+,
7 Nuko abagabo b’inararibonye ba Mowabu n’abagabo b’inararibonye ba Midiyani bafata urugendo bafise mu maboko yabo indishi y’indagu+, baja kuri Balamu+ maze bamubwira amajambo ya Balaki.
10 Muri wewe ntihaze haboneke umuntu acisha umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe mu muriro+, uwuragura+, umunyamageza+ canke umuntu arondera ibimenyetso bitara ibizoba+ canke umupfumu+,