11 Hanyuma urwo rubibe ruze rumanuke ruvuye i Shefamu rushike i Ribula mu buseruko bwa Ayini; nya mupaka uze umanuke, urume ku mumanuko w’ikiyaga ca Kinereti+ uherereye mu buseruko.
17 na Araba na Yorodani n’umupaka, kuva i Kinereti+ gushika ku kiyaga co muri Araba, ikiyaga c’Umunyu+, ku mucamo w’imimanuko ya Pisiga+ amaja i burasirazuba.