Guharura 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Si ukwo biri ku musavyi wanje Musa+! Azezwa inzu yanje yose+. Gusubira mu vyagezwe 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Uyu rero ni wo muhezagiro+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ yahezagije bene Isirayeli imbere y’uko apfa. Zaburi 90:akajambo k’intangamarara Bibiliya y’isi nshasha Isengesho rya Musa, wa muntu w’Imana y’ukuri+.
33 Uyu rero ni wo muhezagiro+ Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+ yahezagije bene Isirayeli imbere y’uko apfa.