Guharura 34:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hanyuma nya mupaka uze umanuke kuri Yorodani, ugarukire ku kiyaga c’Umunyu+. Ico ni co kizoba igihugu canyu+ nk’uko imbibe zaco zigikikuje ziri.’”
12 Hanyuma nya mupaka uze umanuke kuri Yorodani, ugarukire ku kiyaga c’Umunyu+. Ico ni co kizoba igihugu canyu+ nk’uko imbibe zaco zigikikuje ziri.’”