Kuvayo 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Genda ku bantu, ubeze uno musi n’ejo, na bo bategerezwa kumesa imitamana yabo+. Abalewi 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Kandi mutegerezwa kwiyeza no kwerekana ko muri beranda+, kuko ndi Yehova Imana yanyu.
10 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Genda ku bantu, ubeze uno musi n’ejo, na bo bategerezwa kumesa imitamana yabo+.