Abacamanza 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yuda agenda rero gutera Abanyakanani baba i Heburoni+ (imbere y’aho, izina rya Heburoni ryari Kiriyati-aruba+), bica Sheshayi na Ahimani na Talimayi+.
10 Yuda agenda rero gutera Abanyakanani baba i Heburoni+ (imbere y’aho, izina rya Heburoni ryari Kiriyati-aruba+), bica Sheshayi na Ahimani na Talimayi+.