Abacamanza 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+, arahafata. Ku bw’ivyo amuha Akisa umukobwa wiwe ngo amubere umugore+.
13 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+, arahafata. Ku bw’ivyo amuha Akisa umukobwa wiwe ngo amubere umugore+.