Abacamanza 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+, arahafata. Ku bw’ivyo amuha Akisa umukobwa wiwe ngo amubere umugore+. 1 Ngoma 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bene Kenazi+ bari Otiniyeli+ na Seraya, mwene* Otiniyeli na we akaba Hatati.
13 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+, arahafata. Ku bw’ivyo amuha Akisa umukobwa wiwe ngo amubere umugore+.