Abacamanza 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze Akisa ariko araja iw’umugabo, aguma ahimiriza umugabo wiwe ngo asabe se wiwe* itongo. Nuko Akisa akoma amashi yicaye ku ndogobwa+. Kalebu aca amubwira ati: “Ushaka iki?”
14 Maze Akisa ariko araja iw’umugabo, aguma ahimiriza umugabo wiwe ngo asabe se wiwe* itongo. Nuko Akisa akoma amashi yicaye ku ndogobwa+. Kalebu aca amubwira ati: “Ushaka iki?”