Guharura 14:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Maze Abamaleki+ n’Abanyakanani baba kuri uwo musozi baramanuka, batangura kubasasika, barabashwiragiza gushika i Horuma+. Gusubira mu vyagezwe 1:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Maze Abamori baba kuri nya musozi barasohoka guhura namwe, barabakinagiza+, nka kurya nyene inzuki zigira, barabashwiragiza i Seyiri gushika i Horuma+. Yosuwa 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 na Elitoladi+ na Betuli na Horuma, Abacamanza 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo Yuda ajana na Simeyoni mwene wabo, maze bakubita Abanyakanani baba i Zefati, barahatikiza+. Ku bw’ivyo, ico gisagara gihabwa izina Horuma+.
45 Maze Abamaleki+ n’Abanyakanani baba kuri uwo musozi baramanuka, batangura kubasasika, barabashwiragiza gushika i Horuma+.
44 Maze Abamori baba kuri nya musozi barasohoka guhura namwe, barabakinagiza+, nka kurya nyene inzuki zigira, barabashwiragiza i Seyiri gushika i Horuma+.
17 Mugabo Yuda ajana na Simeyoni mwene wabo, maze bakubita Abanyakanani baba i Zefati, barahatikiza+. Ku bw’ivyo, ico gisagara gihabwa izina Horuma+.