Itanguriro 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 n’Umuyebusi+ n’Umwamori+ n’Umugirugashi Abacamanza 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.
21 Kandi bene Benyamini ntibirukanye Abayebusi baba i Yeruzalemu+; mugabo Abayebusi baracabana na bene Benyamini i Yeruzalemu gushika n’uyu musi+.