Yosuwa 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi urubibe rwa Manase rwahera i Asheri rukagenda rwerekeza i Mikimetati+, aharabana na Shekemu+, rukaja iburyo rwerekeza ku baba i Eni-Tapuwa.
7 Kandi urubibe rwa Manase rwahera i Asheri rukagenda rwerekeza i Mikimetati+, aharabana na Shekemu+, rukaja iburyo rwerekeza ku baba i Eni-Tapuwa.