Yosuwa 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya rubibe rwaramanuka ku mwonga wa Kana, amaja mu bumanuko, ku mwonga w’ibisagara vyaho+ vya Efurayimu biri hagati mu bisagara vya Manase; urubibe rwa Manase rwari mu buraruko bw’uwo mwonga, rukaba rwagarukira ku kiyaga+.
9 Nya rubibe rwaramanuka ku mwonga wa Kana, amaja mu bumanuko, ku mwonga w’ibisagara vyaho+ vya Efurayimu biri hagati mu bisagara vya Manase; urubibe rwa Manase rwari mu buraruko bw’uwo mwonga, rukaba rwagarukira ku kiyaga+.