Yosuwa 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko bene Yozefu babwira Yosuwa bati: “Kubera iki wampaye akarere kamwe biciye ku bupfindo+ be n’umugabane umwe ngo bibe intoranwa yanje, kandi ndi igisata c’abantu benshi bitumwe n’uko Yehova yampezagiye gushika ubu+?”
14 Nuko bene Yozefu babwira Yosuwa bati: “Kubera iki wampaye akarere kamwe biciye ku bupfindo+ be n’umugabane umwe ngo bibe intoranwa yanje, kandi ndi igisata c’abantu benshi bitumwe n’uko Yehova yampezagiye gushika ubu+?”