Guharura 33:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Muze mwigarurire ico gihugu mukibemwo, kuko nzokibaha ata gukeka ngo mucigarurire+. Gusubira mu vyagezwe 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,
16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,