Gusubira mu vyagezwe 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co gituma Lewi ataronse umuturi n’intoranwa+ kumwe na bene wabo. Yehova ni we ntoranwa yiwe, nk’uko Yehova Imana yawe yari yaramubwiye+. Gusubira mu vyagezwe 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nta muturi canke intoranwa muri Isirayeli bikwiye kwegukira abaherezi, Abalewi, umuryango wose wa Lewi+. Amashikanwa ashikanishwa umuriro ya Yehova, mbere intoranwa yiwe, ni yo bakwiye kurya+.
9 Ni co gituma Lewi ataronse umuturi n’intoranwa+ kumwe na bene wabo. Yehova ni we ntoranwa yiwe, nk’uko Yehova Imana yawe yari yaramubwiye+.
18 “Nta muturi canke intoranwa muri Isirayeli bikwiye kwegukira abaherezi, Abalewi, umuryango wose wa Lewi+. Amashikanwa ashikanishwa umuriro ya Yehova, mbere intoranwa yiwe, ni yo bakwiye kurya+.