Yosuwa 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko ubupfindo+ burasohoka ku bwa bene Yozefu+; akarere kabo kahera kuri Yorodani+ aharabana n’i Yeriko kakagenda kerekeza ku mazi ya Yeriko amaja mu buseruko, kerekeza mu gahinga kaduga mu karere k’imisozi ka Beteli+ kavuye i Yeriko.
16 Nuko ubupfindo+ burasohoka ku bwa bene Yozefu+; akarere kabo kahera kuri Yorodani+ aharabana n’i Yeriko kakagenda kerekeza ku mazi ya Yeriko amaja mu buseruko, kerekeza mu gahinga kaduga mu karere k’imisozi ka Beteli+ kavuye i Yeriko.