Abacamanza 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yuda abwira Simeyoni mwene wabo ati: “Ingo tudugane mu karere naheshejwe ubupfindo+, turwanye Abanyakanani, nanje nzojana nawe mu karere waheshejwe ubupfindo+.” Nuko rero Simeyoni ajana na we+.
3 Maze Yuda abwira Simeyoni mwene wabo ati: “Ingo tudugane mu karere naheshejwe ubupfindo+, turwanye Abanyakanani, nanje nzojana nawe mu karere waheshejwe ubupfindo+.” Nuko rero Simeyoni ajana na we+.