Guharura 26:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se. Yosuwa 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo mwebwe, muzocapura ico gihugu mugicemwo imituri indwi, muyinzanire ng’aha, nanje ndabapfindire ubupfindo+ ng’aha imbere ya Yehova Imana yacu.
55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se.
6 Nayo mwebwe, muzocapura ico gihugu mugicemwo imituri indwi, muyinzanire ng’aha, nanje ndabapfindire ubupfindo+ ng’aha imbere ya Yehova Imana yacu.