Abacamanza 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko Abamori baragagaza babandanya kuba ku musozi Heresi n’i Ayaloni+ n’i Shayalubimu+. Mugabo ukuboko kw’inzu ya Yozefu kurakomera rwose ku buryo bahatirwa gukora igikorwa kiruhisha+. 1 Abami 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 mwene Dekeri: i Makazi n’i Shayalubimu+ n’i Beti-shemeshi+ n’i Eloni-beti-hanani;
35 Nuko Abamori baragagaza babandanya kuba ku musozi Heresi n’i Ayaloni+ n’i Shayalubimu+. Mugabo ukuboko kw’inzu ya Yozefu kurakomera rwose ku buryo bahatirwa gukora igikorwa kiruhisha+.