Zaburi 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ico umutima wiwe wipfuza warakimuhaye+,Kandi ico iminwa yiwe ishaka ntiwakimwimye+. Sela. Zaburi 37:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye, nusoserwe na Yehova+,Na we azoguha ivyo umutima wawe usaba+.