Guharura 35:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ivyo bisagara bitandatu bizobera ubuhungiro bene Isirayeli na ba kavamahanga+ be n’inyambukira ziri hagati muri bo, kugira ngo uwo wese yishe umuntu atabishaka ahungireyo+.
15 Ivyo bisagara bitandatu bizobera ubuhungiro bene Isirayeli na ba kavamahanga+ be n’inyambukira ziri hagati muri bo, kugira ngo uwo wese yishe umuntu atabishaka ahungireyo+.