Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Kuvayo 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko nimba habaye isanganya ryica, utegerezwa rero gutanga ubuzima ku bundi+, Guharura 35:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 maze umuhōzi+ w’amaraso akamusanga koko inyuma y’urubibe rw’igisagara ciwe c’ubuhungiro, akamwica, ntazokwagirwa n’amaraso.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.
27 maze umuhōzi+ w’amaraso akamusanga koko inyuma y’urubibe rw’igisagara ciwe c’ubuhungiro, akamwica, ntazokwagirwa n’amaraso.