Luka 14:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Canke ni umwami nyabaki, agiye guhura n’uwundi mwami mu ntambara, atabanza kwicara akaja inama akaraba ko akoresheje abasirikare ibihumbi cumi, ashoboye guhangana n’uwuje kumurwanya afise ibihumbi mirongo ibiri+?
31 Canke ni umwami nyabaki, agiye guhura n’uwundi mwami mu ntambara, atabanza kwicara akaja inama akaraba ko akoresheje abasirikare ibihumbi cumi, ashoboye guhangana n’uwuje kumurwanya afise ibihumbi mirongo ibiri+?