Abacamanza 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimwinjira, muzoshikira ku bantu ata co binona+, kandi ico gihugu kiragutse rwose; kuko Imana igitanze mu kuboko kwanyu+; ni ahantu ata kintu c’ubwoko na bumwe co mw’isi kihabuze+.”
10 Nimwinjira, muzoshikira ku bantu ata co binona+, kandi ico gihugu kiragutse rwose; kuko Imana igitanze mu kuboko kwanyu+; ni ahantu ata kintu c’ubwoko na bumwe co mw’isi kihabuze+.”