Itanguriro 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nanje reka nzane ikimanyu c’umukate muhembure imitima yanyu+ hanyuma mwibandanirize, kuko ico ari co catumye muca muri iyi nzira igana ku musavyi wanyu.” Na bo bavuga bati: “Ni vyiza. Urashobora kugira nk’uko uvuze.” Zaburi 104:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+. Imigani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+.
5 Nanje reka nzane ikimanyu c’umukate muhembure imitima yanyu+ hanyuma mwibandanirize, kuko ico ari co catumye muca muri iyi nzira igana ku musavyi wanyu.” Na bo bavuga bati: “Ni vyiza. Urashobora kugira nk’uko uvuze.”
15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+.
25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+.