Matayo 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Bugorovye+, nyen’umurima w’imizabibu abwira uwubijejwe ati: ‘Hamagara abakozi ubahe impembo yabo+, uva ku wa nyuma uja ku wa mbere.’
8 “Bugorovye+, nyen’umurima w’imizabibu abwira uwubijejwe ati: ‘Hamagara abakozi ubahe impembo yabo+, uva ku wa nyuma uja ku wa mbere.’