1 Samweli 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, imenya yuko Samweli yari yashinzwe ibango ryo kuba umuhanuzi wa Yehova+. 2 Samweli 24:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko umwami abwira Yowabu+ umukuru w’inteko za gisirikare yari kumwe na we ati: “Ndakwinginze ugendagende mu miryango ya Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mwandike abantu+, nanje menye koko igitigiri c’abantu+.”
20 Nuko Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, imenya yuko Samweli yari yashinzwe ibango ryo kuba umuhanuzi wa Yehova+.
2 Nuko umwami abwira Yowabu+ umukuru w’inteko za gisirikare yari kumwe na we ati: “Ndakwinginze ugendagende mu miryango ya Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mwandike abantu+, nanje menye koko igitigiri c’abantu+.”