Abacamanza 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Inyuma y’urupfu+ rwa Yosuwa, bene Isirayeli babaza+ Yehova bati: “Ni nde muri twebwe azotangura kuduga ku Banyakanani kubarwanya?”
1 Inyuma y’urupfu+ rwa Yosuwa, bene Isirayeli babaza+ Yehova bati: “Ni nde muri twebwe azotangura kuduga ku Banyakanani kubarwanya?”