Abacamanza 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze bene Isirayeli baduga kuririra+ imbere ya Yehova gushika ku mugoroba, babaza Yehova bati: “Nsubire kwegera mu rugamba rwo kurwanya bene Benyamini mwene wacu+?” Yehova avuga ati: “Duga umurwanye.”
23 Maze bene Isirayeli baduga kuririra+ imbere ya Yehova gushika ku mugoroba, babaza Yehova bati: “Nsubire kwegera mu rugamba rwo kurwanya bene Benyamini mwene wacu+?” Yehova avuga ati: “Duga umurwanye.”