-
Abacamanza 20:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Abagabo ba Isirayeli barasohoka rero ngo baje mu rugamba rwo kurwanya bene Benyamini; nuko abo bagabo ba Isirayeli batonda urugamba ngo babarwanirize i Gibeya.
-
-
Abacamanza 20:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Ariko abantu, abagabo ba Isirayeli, bagira umutima rugabo, bongera gutonda urugamba hamwe bari baratonze urugamba ku musi wa mbere.
-