Yosuwa 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko mweho, ntimuhagarare. Mwome inyuma abansi banyu, mubatere ku gice cabo c’inyuma+. Ntimubakundire kwinjira mu bisagara vyabo, kuko Yehova Imana yanyu yabatanze mu maboko yanyu+.”
19 Ariko mweho, ntimuhagarare. Mwome inyuma abansi banyu, mubatere ku gice cabo c’inyuma+. Ntimubakundire kwinjira mu bisagara vyabo, kuko Yehova Imana yanyu yabatanze mu maboko yanyu+.”