ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “‘Canke umuntu niyarahira, akavugisha iminwa yiwe atiyumviriye+, akarahira yiyemeza gukora inabi+ canke ineza ku bijanye n’ikintu ico ari co cose uyo muntu yovuga atiyumviriye mu ndahiro+, naho yoba atari yabimenye, yamara ubwiwe agahava akabimenya, aba yagiriwe n’icaha ku bijanye na kimwe muri ivyo bintu.

  • Abalewi 19:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ntimuze murahire mw’izina ryanje mubesha+, bigatuma uhumanya koko izina ry’Imana yawe. Ndi Yehova.

  • Zaburi 15:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,

      Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.

      Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+.

  • Matayo 5:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika