Abacamanza 20:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Mugabo abagabo amajana atandatu barahindukira, bahungira mu gahinga ku rutare rwa Rimoni, bamara amezi ane baba kuri urwo rutare rwa Rimoni+.
47 Mugabo abagabo amajana atandatu barahindukira, bahungira mu gahinga ku rutare rwa Rimoni, bamara amezi ane baba kuri urwo rutare rwa Rimoni+.