Gusubira mu vyagezwe 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uze wibuke inzira yose Yehova Imana yawe yagucanyemwo iyi myaka mirongo ine yose mu gahinga+, kugira agucishe bugufi+, ngo akugeze+ amenye ikiri mu mutima wawe+, ko wogumije amabwirizwa yiwe canke utoyagumije. 2 Ngoma 32:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko Imana y’ukuri iramureka+ kugira imugeze+, biciye ku bavugizi b’abaganwa ba Babiloni+ batumwe kuri we+ gusiguza ivy’ikimenyetso+ cari cabaye mu gihugu, kugira ngo imenye ivyari mu mutima wiwe vyose+.
2 Kandi uze wibuke inzira yose Yehova Imana yawe yagucanyemwo iyi myaka mirongo ine yose mu gahinga+, kugira agucishe bugufi+, ngo akugeze+ amenye ikiri mu mutima wawe+, ko wogumije amabwirizwa yiwe canke utoyagumije.
31 Nuko Imana y’ukuri iramureka+ kugira imugeze+, biciye ku bavugizi b’abaganwa ba Babiloni+ batumwe kuri we+ gusiguza ivy’ikimenyetso+ cari cabaye mu gihugu, kugira ngo imenye ivyari mu mutima wiwe vyose+.