-
1 Samweli 6:18Bibiliya y’isi nshasha
-
-
18 Kandi nya mbeba zo mu gahinga zikozwe mu nzahabu zari zihwanye n’igitigiri c’ibisagara vyose vy’Abafilisitiya vyegukira ba batware b’urunani batanu, kuva ku gisagara gikingijwe ibihome gushika ku kigwati co mu gihugu hagati.
Kandi rya buye rinini bateretseko isandugu ya Yehova ni icabona gushika n’uyu musi mu murima wa Yosuwa Umunyabeti-shemi.
-