Itanguriro 21:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko bapfundika isezerano+ i Beyeri-sheba; maze Abimeleki ahagurukana na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe basubira mu gihugu c’Abafilisitiya+. Abacamanza 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yehova abandanya kubana na Yuda, ku buryo yigarurira akarere k’imisozi, mugabo ntiyashobora kwomora ababa mu kiyaya co hasi, kuko bari bafise imikogote y’intambara+ ifise ibikeruzo vy’icuma+.
32 Nuko bapfundika isezerano+ i Beyeri-sheba; maze Abimeleki ahagurukana na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe basubira mu gihugu c’Abafilisitiya+.
19 Yehova abandanya kubana na Yuda, ku buryo yigarurira akarere k’imisozi, mugabo ntiyashobora kwomora ababa mu kiyaya co hasi, kuko bari bafise imikogote y’intambara+ ifise ibikeruzo vy’icuma+.