Yosuwa 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu bumanuko, igihugu cose c’Abanyakanani; na Meyara, ahegukira Abanyasidoni+, gushika i Afeki, gushika ku mupaka w’Abamori; Abacamanza 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Asheri+ ntiyirukana ababa i Ako n’ababa i Sidoni+ na Ahulabu na Akizibu+ na Heluba na Afiki+ na Rehobu+.
4 Mu bumanuko, igihugu cose c’Abanyakanani; na Meyara, ahegukira Abanyasidoni+, gushika i Afeki, gushika ku mupaka w’Abamori;
31 Asheri+ ntiyirukana ababa i Ako n’ababa i Sidoni+ na Ahulabu na Akizibu+ na Heluba na Afiki+ na Rehobu+.