Itanguriro 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Umuto na we nyene yibaruka umuhungu, amwita Beni-ami. Ni we se wa bene Amoni+ gushika n’uyu musi. Abacamanza 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Haciye igihe, bene Amoni batangura kurwanya Isirayeli+.