Abalewi 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muzokinagiza abansi banyu+, bagwishwe n’inkota koko imbere yanyu.