ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 49:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Nayo wewe Yuda+, bene wanyu bazoguhaya+. Ukuboko kwawe kuzoba ku gakanu k’abansi bawe+. Abana ba so bazokubita inkoro hasi imbere yawe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 33:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uyu na wo ni wo wabaye umuhezagiro wa Yuda+, mu kubandanya ati:

      “Niwumve, Yehova we, ijwi rya Yuda+,

      Umuzane ku bantu b’iwabo;

      Amaboko yiwe yaniganiye ivyiwe;

      Kandi ubwawe umubere umufasha amukiza abarwanizi biwe+.”

  • 1 Ngoma 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+—

  • 1 Ngoma 28:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Yehova Imana ya Isirayeli yarantoye rero mu nzu yose ya dawe+ ngo mbe umwami+ wa Isirayeli gushika igihe kitagira urugero; kuko Yuda ari we yatoye ngo abe indongozi+, kandi mu nzu ya Yuda agatora inzu ya dawe+, kandi mu bahungu ba dawe+ akaba ari jewe yashimye+ ngo angire umwami wa Isirayeli yose;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika