Abacamanza 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abahungu b’Umukeni+, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, bava mu gisagara c’ibigazi+ badugana na bene Yuda mu gahinga ka Yuda, akari mu bumanuko bwa Aradi+. Maze baja kubana n’abantu baho+.
16 Abahungu b’Umukeni+, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, bava mu gisagara c’ibigazi+ badugana na bene Yuda mu gahinga ka Yuda, akari mu bumanuko bwa Aradi+. Maze baja kubana n’abantu baho+.