Itanguriro 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuri ivyo avuga ati: “Kanani arakavumwa+. Nabe uwa nyuma mu bashumba ba bene wabo+.” Gusubira mu vyagezwe 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova azoguherereza ku mutwe, ntazoguherereza ku murizo; kandi uzoja hejuru gusa+, ntuzoja hasi, kuko uguma ugamburuka amabwirizwa+ ya Yehova Imana yawe, ayo ndagutegetse uno musi ngo uyubahirize, uyashitse.
13 Yehova azoguherereza ku mutwe, ntazoguherereza ku murizo; kandi uzoja hejuru gusa+, ntuzoja hasi, kuko uguma ugamburuka amabwirizwa+ ya Yehova Imana yawe, ayo ndagutegetse uno musi ngo uyubahirize, uyashitse.