Abalewi 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muzokinagiza abansi banyu+, bagwishwe n’inkota koko imbere yanyu. Gusubira mu vyagezwe 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+.
24 Kandi ata gukeka azotanga abami babo mu kuboko kwawe+, kandi utegerezwa kurandura amazina yabo munsi y’amajuru+. Nta n’umwe azoguhagarara imbere+, gushika ubatikije+.